Ku wa kabiri, mu Rwanda habaye impanuka ikomeye y'imodoka itwara abagenzi yarenze umuhanda ibirinduka ku musozi uhanamye ihitana hafi kimwe cya kabiri cy'abari bayirimo. Iyo modoka ya kompanyi ya ...
Abantu 17 bapfiriye mu mpanuka y'imodoka yaraye ibaye mu bilometelo nka 17 uvuye mu murwa mukuru Bujumbura. Imodoka yo mu bwoko bwa bisi itwara abagenzi y'ikigo Otraco yari itwaye abantu bava i ...