Zishobora kuba ari ''abagenzi bacu ba mbere'' ariko bimaze kugaragara ko imbwa ziri mu vya mbere bigeramiye inyamaswa. Abahinga bavuga ko zagize uruhara mw'ihona ry'ubwoko bushika cumi bw'inyoni ...